ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w18 Gitugutu rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
w18 Gitugutu rup. 2

Ibirimwo

3 1918​—Imyaka 100 irarangiye

INDWI YO KU WA 3-9 KIGARAMA 2018

6 Tube imvugakuri

INDWI YO KU WA 10-16 KIGARAMA 2018

11 Niwigishe ukuri

Kubesha bisigaye bikundwa na benshi muri iki gihe. None iyo ngeso yatanguye gute? Ikinyoma gikomeye kuruta ibindi vyose bimaze kuvugwa ni ikihe? Twokwirinda gute guhendwa kandi twogaragaza gute ko tuvugana ukuri n’abandi? Twokoresha gute Ibikoresho bidufasha kwigisha ukuri mu busuku bwacu? Ivyo biganiro birishura ivyo bibazo.

17 Inkuru y’ubuzima​—Yehova yarahezagiye cane ingingo nafashe

INDWI YO KU WA 17-23 KIGARAMA 2018

22 Niwizigire Indongozi yacu Kristu

INDWI YO KU WA 24-30 KIGARAMA 2018

27 Nugumane amahoro yo mu mutima igihe ivyawe bihindutse

Kubera ko tudatunganye, biratugora kwemera amahinduka, haba mu buzima bwacu canke ayaba mw’ishirahamwe. Ivyo biganiro bibiri biratwereka ingene twogumana amahoro yo mu mutima kandi tukizigira Indongozi yacu Kristu n’igihe dushikiwe n’amahinduka tutari twiteze.

32 Wari ubizi?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika