ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w18 Nyakanga rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
w18 Nyakanga rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 29 GITUGUTU 2018-4 MUNYONYO 2018

3 “Nimba muzi ivyo bintu, muzoba muhiriwe mubikoze”

Ubumenyi nta kintu kinini bufasha iyo budakoreshejwe. Yamara gushira mu ngiro ivyo twiga bisaba kwicisha bugufi. Iki kiganiro kiraza kuturemesha kuguma twicishije bugufi mu kwigana abantu bavugwa muri Bibiliya babwiye inkuru nziza abantu b’uburyo bwose, barasengera abandi bongera bararindira ko Yehova agira ico akoze.

8 Bakirisu mwitereye mu myaka​—Yehova arashima ukudahemuka kwanyu

INDWI YO KU WA 5-11 MUNYONYO 2018

12 Nugume ugaragaza urukundo kuko rwubaka

Muri ibi bihe bigoye, biroroshe gucika intege canke kurengerwa n’ingorane zo mu buzima. Yehova na Yezu baradufasha kwihangana. Ariko rero, twese turafise ibanga ryo guhumurizanya no kuremeshanya. Iki kiganiro kirerekana ukuntu twokwubaka abandi mu rukundo.

INDWI YO KU WA 12-18 MUNYONYO 2018

17 Hahiriwe abakorera “ya Mana ihimbawe”

Yehova ni Imana ihimbawe, akaba ashaka ko n’abasavyi biwe bahimbarwa. Ariko none twohimbarwa gute mu gihe duhanzwe n’ibigeragezo be n’ingorane muri iyi si ya Shetani? Muri ya Nsiguro yo ku Musozi, Yezu yaratanze impanuro ngirakamaro zodufasha kuronka agahimbare karamba.

22 Umenya gute amasaha?

INDWI YO KU WA 19-25 MUNYONYO 2018

23 Naho ari Mushoboravyose, aritwararikana

INDWI YO KU WA 26 MUNYONYO 2018–2 KIGARAMA 2018

28 Niwigane Yehova mu kwitwararika abandi

Naho isi irushiriza kurangwa n’ubwikunzi, mw’ishengero rya gikirisu hoho harangwa urukundo. Umuce umwe w’urwo rukundo ni ukwitwararika abandi, akaba ari vyo turimbura muri ibi biganiro bibiri. Ubwa mbere turabona ingene Yehova aduha akarorero keza cane mu kwitwararika abandi. Mu nyuma tuzorimbura ingene twomwigana mu buryo butandukanye.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika