ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w18 Mukakaro rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
w18 Mukakaro rup. 2

Ibirimwo

3 Baritanze babikunze​—Muri Birmaniya

INDWI YO KU WA 3-9 NYAKANGA 2018

7 Wipfuza gushimwa na nde?

Abantu benshi muri iki gihe baripfuza gushimwa n’iyi si mbi. Iki kiganiro kiraca irya n’ino igituma dukwiye kurondera canecane ukumenyekana kwiza kuruta ukundi kwose, ni ukuvuga kumenywa na Yehova. Turaza kandi kwihweza ingene Yehova yerekana ko azi abiwe, rimwe na rimwe mu buryo batari bavyiteze.

INDWI YO KU WA 10-16 NYAKANGA 2018

12 Ni nde uhanze amaso?

Muri iki kiganiro, turihweza igituma wa mugabo w’intahemuka Musa yatakaje agateka ko kwinjira mu Gihugu c’isezerano. Turaza kandi kubona ivyodufasha kwirinda kugwa mu mutego Musa yaguyemwo.

INDWI YO KU WA 17-23 NYAKANGA 2018

17 “Ni nde ari ku ruhande rwa Yehova?”

INDWI YO KU WA 24-30 NYAKANGA 2018

22 Turi aba Yehova

Abantu bose ni aba Yehova. Ni co gituma adusaba kumwihebera wenyene. Ariko rero, hari abantu bakurikirana ingendo yo kugambarara naho bavuga ko ari intahemuka ku Mana. Mu kiganiro ca mbere, turaza gukura ivyigwa bihambaye ku nkuru ya Kayini, iya Salomo, iya Musa n’iya Aroni. Mu kiganiro ca kabiri, turaza kwihweza uburyo butandukanye twogaragaza ko dukenguruka agateka dufise ko kuba abasavyi ba Yehova.

27 Nugirire impuhwe “abantu b’uburyo bwose”

30 Icogufasha kwiga Bibiliya neza kandi bikakuryohera

32 Ibibazo vy’abasomyi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika