ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w18 Ruheshi rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
w18 Ruheshi rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 6-12 MYANDAGARO 2018

3 “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si”

INDWI YO KU WA 13-19 MYANDAGARO 2018

8 Ese twese twoba umwe nk’uko Yehova na Yezu bunze ubumwe

Abantu bo mu gihe ca Yezu ntibahuza kubera ivya politike, ivyo mu kibano n’ivy’ubwoko. Muri ibi biganiro bibiri, turabona ingene Kristu yigishije abayoboke biwe kwunga ubumwe no kurengera ivyoshobora kubacanishamwo. Turabona n’ukuntu twokwigana akarorero kabo muri iyi si irangwa n’amacakubiri.

13 Yari gushobora gushimwa n’Imana

INDWI YO KU WA 20-26 MYANDAGARO 2018

16 Nureke amategeko n’ingingo ngenderwako vy’Imana bimenyereze ijwi ryawe ryo mu mutima

Kugira ngo ijwi ryacu ryo mu mutima rituyobore neza, ritegerezwa kumenyerezwa. Yehova abigiranye urukundo, yaraturonkeje amategeko n’ingingo ngenderwako bidufasha kurimenyereza neza maze tukabona ibintu nk’uko abibona. Iki kiganiro kiratwereka ingene twokwisunga izo ngingo ngenderwako mu buryo ngirakamaro.

INDWI YO KU WA 27 MYANDAGARO 2018–2 NYAKANGA 2018

21 ‘Nimureke umuco wanyu wake’ kugira Yehova aninahazwe

Yezu yahimirije abigishwa biwe kureka umuco wabo ukaka kugira baninahaze Imana. Iki kiganiro kirimwo ivyiyumviro kirumara twokwisunga, gutyo tukarushiriza ‘kureka umuco wacu ukaka.’

26 Inkuru y’ubuzima​—Narahumurijwe mu ngorane zanje zose

30 Ububasha bwo kuramukanya

32 Woba uvyibuka?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika