ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w18 Rusama rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
w18 Rusama rup. 2

Ibirimwo

3 Inkuru y’ubuzima​—Nakuriye mu bukene, mugabo ubu ndatunze

9 Amahoro​—Woyaronka gute?

INDWI YO KU WA 9-15 MUKAKARO 2018

12 Yehova arakunda ‘abama ivyamwa bihanganye’

INDWI YO KU WA 16-22 MUKAKARO 2018

17 Igituma ‘tuguma twama ivyamwa vyinshi’

Ikiganiro ca mbere kiraca irya n’ino ikigereranyo Yezu yatanze cerekeye umuzabibu n’icerekeye umubivyi. Kirerekana ico ivyo bigereranyo bitwigisha ku bijanye n’igikorwa cacu co kwamamaza. Ikiganiro ca kabiri kirerekana imvo zitari nke zishingiye ku Vyanditswe zituma tubandanya kwamamaza.

INDWI YO KU WA 23-29 MUKAKARO 2018

22 Nitumenye umwansi wacu

INDWI YO KU WA 30 MUKAKARO 2018–5 MYANDAGARO 2018

27 Yemwe bakiri bato, nimurwanye Shetani mushikamye

Shetani ni umwansi wacu. None yosha abantu ku rugero rungane iki? Ububasha bwiwe bugarukira he? Vyongeye, twese ushizemwo n’abakirisu bakiri bato, twomunanira gute? Ibi biganiro bibiri bizokwishura ivyo bibazo vyongere bidufashe gukomeza umwiyemezo wacu wo kurwanya Shetani dushikamye.

32 Harabonetse ivyimburwa vyinshi!

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika