ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w18 Ndamukiza rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
w18 Ndamukiza rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 4-10 RUHESHI 2018

3 Ingene tworonka umwidegemvyo nyakuri

INDWI YO KU WA 11-17 RUHESHI 2018

8 Nukorere Yehova ya Mana y’umwidegemvyo

Kw’isi, abantu baraharanira cane umwidegemvyo. None abakirisu bakwiye kubona gute ivy’umwidegemvyo? Ibi biganiro bibiri birarimbura ico ari co umwidegemvyo nyakuri, ingene twowuronka be n’ingene twokoresha umwidegemvyo kanaka dufise ku bw’ineza yacu n’iy’abandi. N’ikiruta vyose, turamenya ingene twotera iteka Yehova, Imana y’umwidegemvyo nyakuri.

13 Bagabo mwagenywe, nimwigane Timoteyo

INDWI YO KU WA 18-24 RUHESHI 2018

15 Niwigane Yehova, Imana iremesha

INDWI YO KU WA 25 RUHESHI 2018–1 MUKAKARO 2018

20 Turemeshanye kandi “birushirize kumera gutyo”

Ibi biganiro birerekana ko Yehova yamye aremesha abasavyi biwe be n’uko bamwiganye uko imyaka yagiye irarengana. Biratwereka igituma ubu kuruta ikindi gihe cose, vyihutirwa cane ko turemeshanya.

INDWI YO KU WA 2-8 MUKAKARO 2018

25 Yemwe bakiri bato, mwoba mushira imbere imigambi y’ivy’impwemu?

Abakiri bato bo mw’ishengero barironkera imihezagiro iyo bashize imbere Yehova. Iki kiganiro kirerekana imvo zotuma bishingira imigambi y’ivy’impwemu hakiri kare, kandi bagashira imbere ubusuku.

30 Ibibazo vy’abasomyi

32 Ibibazo vy’abasomyi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika