ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w18 Ruhuhuma rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
w18 Ruhuhuma rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 2-8 NDAMUKIZA 2018

3 Niwigane ukwizera n’ukugamburuka kwa Nowa, Daniyeli na Yobu

INDWI YO KU WA 9-15 NDAMUKIZA 2018

8 Woba uzi Yehova nk’uko Nowa, Daniyeli na Yobu bari bamuzi?

Nowa, Daniyeli na Yobu barashikiwe n’ingorane nyinshi zidushikira muri kino gihe. None ni ibiki vyabafashije kugumana ukwizera n’ukugamburuka? Ni gute bamenye neza Yehova bigatuma bananira ikintu cose cari kubakura ku gutungana kwabo? Ibi biganiro bibiri birishura ivyo bibazo.

13 Inkuru y’ubuzima​—Kuri Yehova vyose birashoboka

INDWI YO KU WA 16-22 NDAMUKIZA 2018

18 Kuba umuntu akomeye mu vy’impwemu bisobanura iki?

INDWI YO KU WA 23-29 NDAMUKIZA 2018

23 Nugume utera imbere mu vy’impwemu!

Mu kiganiro ca mbere, turaraba ico bisobanura kuba umuntu akomeye mu vy’impwemu be n’ico twokwigira ku bantu bakomeye mu vy’impwemu. Mu kigira kabiri, tuzokwihweza ingene twotera imbere mu vy’impwemu n’ingene twobigaragaza mu buzima bwa misi yose.

28 Akanyamuneza​—Kamere dukura ku Mana

31 Ivyo mu bushinguro bwacu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika