Integuro y’ukwiga
KIGARAMA 2017
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 29 NZERO–25 RUHUHUMA 2018
© 2017 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
CÔTE D’IVOIRE
Igihugu ca Côte d’Ivoire kiri mu bihugu vyimbura cane ubwoko bw’ibigazi vyitwa cacao, ivyo bakoramwo amashokola. Ivyo bigazi ni birya ubona vyanikiye. Umutsimvyi ariko arabwira umukozi ubutumwa buhambaye buri mu gatabu Inkuru nziza
ABAMAMAJI
11.133
INYIGISHO ZA BIBILIYA
28.274
ABITAVYE ICIBUTSO (2016)
76.526
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye.
Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri www.jw.org.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.