ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w17 Ndamukiza rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
w17 Ndamukiza rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 29 RUSAMA 2017–4 RUHESHI 2017

3 “Ico uraganye, gishitse”

Ni ibintu bingahe umaze kuraganira Yehova? Coba ari kimwe, bibiri canke vyinshi? Woba ubona ko uriko ukora uko ushoboye kwose kugira ngo ubishitse? Ubona gute indagano wagize y’ukwiyegurira Yehova canke y’ukwabirana? Iki kiganiro kiratwibutsa uburorero bwiza Yefuta na Hana badusigiye, maze budufashe kwihatira gushitsa tudahemuka ivyo twaraganiye Imana.

INDWI YO KU WA 5-11 RUHESHI 2017

9 Ni ibiki bizovaho Ubwami bw’Imana nibwaza?

Akenshi turiyumvira ivyo Yehova azoturonsa mw’Iparadizo. Mugabo muri iki kiganiro, tuza gushimika ku vyo azokuraho. Ni ibiki none Yehova azoherengeteza kugira ngo ashireho isi y’amahoro n’agahimbare? Inyishu y’ico kibazo iraza gukomeza ukwizera kwacu n’umwiyemezo dufise wo kwihangana.

14 Inkuru y’ubuzima​—Nariyemeje kuba umusoda wa Kristu

INDWI YO KU WA 12-18 RUHESHI 2017

18 Wa “Mucamanza w’isi yose” yama akora ibigororotse

INDWI YO KU WA 19-25 RUHESHI 2017

23 Woba wigana ubutungane bwa Yehova?

Igihe twiyumvira ko twarenganijwe canke ko uwundi muntu yoba yarenganijwe, ukwizera kwacu, ukwicisha bugufi kwacu n’ukudahemuka kwacu birashobora kuja ku munzane. Ibi biganiro biraca irya n’ino inkuru zitatu zo muri Bibiliya zidufasha kwigana ubutungane bwa Yehova.

INDWI YO KU WA 26 RUHESHI 2017–2 MUKAKARO 2017

28 Ese ukwitanga kwawe kwoshemagiza Yehova!

Naho Yehova yikwiye, arahimbarwa no kubona akigoro gakomeye tugira mu gushigikira ubusegaba bwiwe. Mu Bacamanza ikigabane ca 4 n’ica 5 haratwereka ko Yehova akenguruka cane umutima wacu wo kwitanga no kumugamburukira.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika