ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w17 Ruhuhuma rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
w17 Ruhuhuma rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 3-9 NDAMUKIZA 2017

3 Umugambi wa Yehova uzoranguka ata kabuza

INDWI YO KU WA 10-16 NDAMUKIZA 2017

8 Incungu ni ‘impano itagira akanenge’ iva kuri Data

Umukirisu wese ategerezwa kwizera inkuka y’incungu ya Kristu. Vyongeye, iyo ncungu ni ntahara mw’iranguka ry’umugambi Yehova yari afitiye abantu mu ntango. Muri ibi biganiro bibiri turarimbura igituma incungu yabaye nkenerwa, ivyo yaranguye be n’ingene twokwerekana ko dukenguruka cane iyo ngabire iranga urukundo kuruta izindi zose Data wa twese wo mw’ijuru yaduhaye.

13 Inkuru y’ubuzima​—Twariboneye ubuntu bw’Imana mu buryo butandukanye

INDWI YO KU WA 17-23 NDAMUKIZA 2017

18 Yehova arayobora abasavyi biwe

INDWI YO KU WA 24-30 NDAMUKIZA 2017

23 Ni nde ayobora abasavyi b’Imana muri iki gihe?

Mu myaka ibihumbi, Yehova yagiye aragena abagabo bamwebamwe ngo bayobore abasavyi biwe. Twemezwa n’iki none ko Yehova yari ashigikiye abo bagabo be n’uko ari we ayobora wa mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge? Muri ibi biganiro, turarimbura ibintu bitatu vyamye biranga abo Imana yagiye ikoresha mu kuja imbere abandi.

29 Ibibazo vy’abasomyi

31 Ivyo mu bushinguro bwacu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika