Ibirimwo
3 Inkuru y’ubuzima—Naracitse “vyose ku bantu b’uburyo bwose”
INDWI YO KU WA 30 NZERO 2017–5 RUHUHUMA 2017
8 Mwagizwe abidegemvya biciye ku buntu ata wari abukwiriye
INDWI YO KU WA 6-12 RUHUHUMA 2017
13 “Kugumiza umuzirikanyi ku vy’impwemu bivamwo ubuzima n’amahoro”
Mu Baroma ikigabane ca 6 n’ica 8, turahasanga amakuru y’ingirakamaro yerekeye ubuzima bw’abakirisu. Ivyo bigabane biratwereka ukuntu dushobora kwungukira ku buntu ata wari abukwiriye bw’Imana n’ingene dushobora kugumiza umuzirikanyi ku bintu bizotuma turonka ubuzima budahera.
INDWI YO KU WA 13-19 RUHUHUMA 2017
19 Muterere amaganya yanyu yose kuri Yehova
INDWI YO KU WA 20-26 RUHUHUMA 2017
24 Yehova arahemba abamuronderana ubwira
Ica mbere muri ibi biganiro bibiri kiraca irya n’ino ukuntu dushobora guterera amaganya yacu yose ku Mana. Ica kabiri na co kirasigura ukuntu dushobora gukomeza ukwizera kwacu mu kuguma twizigiye tudakeka ko Imana izoha impera abayironderana ubwira. Kiratwereka kandi ingene ico cizigiro kitugirira akamaro.
29 Ubwitonzi ni ingendo iranga ubukerebutsi
32 Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2016