ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w16 Ndamukiza rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
w16 Ndamukiza rup. 2

Ibirimwo

3 Igikorwa urangura coba kimeze nk’ikime?

INDWI YO KU WA 30 RUSAMA 2016–5 RUHESHI 2016

5 Kuba abizigirwa bituma dushimwa n’Imana

Iki kiganiro kirerekana icatumye Yefuta n’umukobwa wiwe babaho bisunga ingingo ngenderwako z’Imana mu gihe ibintu bitari vyoroshe. Turabona igituma bibereye ko tugira ivyo duhevye kugira dutoneshwe n’Imana.

10 Woba ukoresha neza ububasha bwawe bwo kwiyumvira?

INDWI YO KU WA 6-12 RUHESHI 2016

13 “Ukwihangana nikunonosore igikorwa cakwo”

Kugira turonke ubuzima budahera, dutegerezwa kwihangana gushika kw’iherezo. Iki kiganiro kiraca irya n’ino ibintu bine bizodufasha kwihangana hamwe n’uburorero butatu bw’abihanganye bashikamye. Kirasigura kandi igikorwa ukwihangana gukwiye kunonosora muri umwumwe wese muri twebwe.

INDWI YO KU WA 13-19 RUHESHI 2016

18 Kubera iki dukwiye gukoranira hamwe?

Abakirisu bose barahura n’intambamyi zishobora gutuma kwitaba amakoraniro y’ishengero bitaborohera. Kugira ngo iki kiganiro kituremeshe kurengera izo ntambamyi, kiratwereka ingene kwitaba amakoraniro bitwungura bikongera bikungura abandi, be n’ingene Yehova Imana abibona.

23 Inkuru y’ubuzima​—Abahoze ari ababikira barakiriye ukuri

INDWI YO KU WA 20-26 RUHESHI 2016

27 Tugume ata ho duhengamiye mw’isi yiciyemwo ibice

Uko intwaro z’abantu zegereza iherezo ryazo, twokwitega ko zizorushiriza kutatworohereza mu bijanye no kuguma ata ho duhengamiye. Iki kiganiro kiratwereka ibintu bine vyodufasha kuguma ata ho duhengamiye, tukirinda guhemuka.

32 Ibibazo vy’abasomyi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika