ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w16 Ntwarante rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
w16 Ntwarante rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 2-8 RUSAMA 2016

3 Yemwe bakiri bato, mwoba mwiteguriye kubatizwa?

INDWI YO KU WA 9-15 RUSAMA 2016

8 Yemwe bakiri bato, mwokwitegurira gute kubatizwa?

Twebwe abasavyi ba Yehova turahimbarwa cane n’uko abantu bashika 250.000 babatizwa buri mwaka. Benshi mu batera iyo ntambwe ihambaye ni abakiri bato, bamwe muri bo ugasanga batarashika mu buyabaga. Ni igiki cabafashije kumenya yuko bari biteguriye kuja ku ruhande rwa Yehova? Biteguriye gute ibatisimu yabo? Ivyo biganiro bibiri vy’ukwiga birishura ivyo bibazo.

INDWI YO KU WA 16-22 RUSAMA 2016

13 Wofasha gute gukomeza ubumwe bwacu?

Yehova araduhezagira igihe dusenyera ku mugozi umwe mu gukora ivyo agomba. Iki kiganiro kirimwo ivyiyumviro ngirakamaro ku bijanye n’ukuntu twosenyera ku mugozi umwe mu ndimiro, mw’ishengero no mu muryango.

INDWI YO KU WA 23-29 RUSAMA 2016

18 Yehova arayobora abasavyi biwe mu nzira y’ubuzima

Yehova yamye ayobora abasavyi biwe. Iki kiganiro kirashimika ku kuntu Imana yagiye irahindura ubuyobozi bwayo kugira ibuhuze n’ivyaba vyahindutse. Turihweza kandi ukuntu dushobora kwerekana ko duhanga amaso Yehova kugira atuyobore.

23 Woba ushobora gufasha mw’ishengero urimwo?

26 Niwigane agatima abahanuzi bagaragaje

29 Ibibazo vy’abasomyi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika