Ibirimwo
Ruhuhuma 2016
© 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
3 Inkuru y’ubuzima—Yehova yaratumye ndoranirwa mu murimo wiwe
INDWI YO KU WA 4-10 NDAMUKIZA 2016
8 Yehova yamwise “umugenzi wanje”
INDWI YO KU WA 11-17 NDAMUKIZA 2016
13 Twigane abagenzi somambike ba Yehova
Ivyo biganiro biradufasha gukomeza ubugenzi dufitaniye na Yehova Imana. Mu ca mbere, turihweza akarorero ka Aburahamu. Mu ca kabiri, turaca irya n’ino akarorero ka Rusi, aka Hezekiya n’aka Mariya nyina wa Yezu.
18 Nugume ukorera Yehova unezerewe
INDWI YO KU WA 18-24 NDAMUKIZA 2016
21 Nube intahemuka kuri Yehova
INDWI YO KU WA 25 NDAMUKIZA 2016–1 RUSAMA 2016
26 Ni ibiki twigira ku basavyi ba Yehova b’intahemuka?
Muri ibi biganiro, turihweza inkuru zo muri Bibiliya zerekeye Umwami Dawidi hamwe n’abo mu gihe ciwe. Izo nkuru turazisangamwo ingingo ngenderwako zodufasha kuba intahemuka kuri Yehova igihe turi mu bihe bitoroshe.
31 Ivyo mu bushinguro bwacu
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
BÉNIN
Mu kigwati ca Hétin kiri mu karere kajaga, usanga inzu nyinshi zubatswe mu kirere zifashwe n’ibibaho canke ivyuma bishinze kandi ubwato ni bwo buryo nyamukuru bukoreshwa mu kwunguruza ibintu n’abantu. Abamamaji 215 be n’abatsimvyi 28 bari mu mashengero atatu ari muri ico kigwati barahimbawe no kubona abantu 1.600 baritavye Icibutso mu 2014
ABANYAGIHUGU
10.703.000
ABAMAMAJI
12.167
ABATSIMVYI BASANZWE