Ironderero ry’ibiganiro Umunara w’Inderetsi wo mu 2015
Ryerekana igenekerezo ry’Umunara w’Inderetsi dusangamwo ikiganiro
BIBILIYA
BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA
IBIBAZO VY’ABASOMYI
Umwamamaji w’igitsina-gore yokwitwikira mu kuyobora inyigisho ya Bibiliya? 15/2
Yeriko hafashwe ata kiringo kirekire kihaciye hasugerejwe? 15/11
IBIGANIRO VY’UKWIGA
Ijwi ryawe ryo mu mutima ryoba rikuyobora mu buryo bwo kwizigirwa? 15/9
Nimureke Yehova akomeze umubano wanyu yongere awukingire, 15/1
Nukore kugira uryohore iparadizo yo mu buryo bw’impwemu, 15/7
Yehova arayobora igikorwa co kwigisha turangura kw’isi yose, 15/2
INKURU Z’UBUZIMA
Imihezagiro “mu gihe ciza no mu gihe kigoye” (T. R. Nsomba), 15/4
Iragi twarazwe gushika kw’iyaruka ry’indwi (K. Williams), 1/6
Kwibuka urukundo nari mfise ubwa mbere (A. Morris III), 15/5
Naragiraniye amahoro n’Imana hamwe na mawe (M. Kumagai), 15/12
IVYABONA VYA YEHOVA
“Abantu nk’abo mugume mubafatana iteka” (abafasha Inama Nyobozi), 15/10
‘Nta kintu na kimwe gikwiye kubabuza!’ (abamamazanjili b’igihe cose mu Bufaransa), 15/11
UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO
UTUNTU N’UTUNDI
Abayuda “bo mu mahanga yose” baraje kuri Pentekoti yo mu 33? 1/12
Igituma abantu b’i Malita biyumviriye ko Paulo yari umwicanyi, 1/10
“Umwana wanje w’umukundwa kandi w’umwizigirwa” (Timoteyo), 1/11