ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w13 1/5 rup. 16
  • Ukuri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ukuri
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
w13 1/5 rup. 16

Ukuri

Wogukura hehe?

Ni gute kwokugirira akamaro wewe n’umuryango wawe?

Kugira uronke inyishu z’ivyo bibazo, turagutumiye n’igishika cinshi kw’ikoraniro ry’imisi itatu ryo muri uyu mwaka ry’Ivyabona vya Yehova.

UMUTWE-SHIMIKIRO:

‘Ijambo ry’Imana ni ukuri!’

wakuwe mu majambo Yezu yavuze muri Yohani 17:17.

IBINTU NYAMUKURU BIZOKWIHWEZWA:

Insiguro ikabura ubwenge ivuga ngo “Ukuri ni iki?”

Iyo nsiguro izokwerekana igituma dukwiye kwizigira Ijambo ry’Imana, Bibiliya.

Ibikino bibiri vyo kurorera. Ivyo bikino bizokwerekana ivyigwa twigira ku nkuru zivugwa muri Bibiliya.

ABASHOBORA KURYITABA:

Uwo ari we wese. Kwinjira ni ku buntu, kandi nta mahera azotozwa.

UMWANYA N’IKIBANZA:

Kugira ngo umenye ahantu iryo hwaniro rizobera hafi y’aho uba, no kugira ngo urorere ividewo yerekeye ivy’amahwaniro yacu, nuje ku muhora wo kuri Internet www.jw.org. (Raba ahavuga ngo QUI SOMMES-NOUS ?/​RASSEMBLEMENTS)

Kugira ngo ubone urutonde rw’ibizoshikirizwa, ja ku muhora wo kuri Internet www.jw.org. (Raba ahavuga ngo PUBLICATIONS/LIVRES & BROCHURES)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika