Ibirimwo
1 Rusama 2013
© 2013 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO: IMANA YOBA ARI RUBURAKIGONGWE?
Kubera iki abantu bavuga ko Imana ari ruburakigongwe? 3
Ivyago vy’ivyaduka—Vyoba vyerekana ko Imana ari ruburakigongwe? 4
Ibihano Imana yatanze—Vyoba vyerekana ko ari ruburakigongwe? 5
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu 8
Ivyotuma mu rugo haba agahimbare—Ingorane zihanze abubakanye badasangiye abana 10
Niwiyegereze Imana—Yehova yoba vy’ukuri akwitwararika? 14
Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya 15
‘Ijambo ry’Imana ni ukuri!’ 16
SOMA N’IBINDI KURI INTERNET | www.jw.org
IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA KU BIJANYE N’IVYABONA VYA YEHOVA—Mwoba mwibaza ko ari mwebwe mwenyene muzorokoka?
(Raba ahavuga ngo QUI SOMMES-NOUS ?/QUESTIONS FRÉQUENTES)