Ibirimwo
1 Gitugutu 2012
© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
Igiturire—Kizohera ryari?
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
3 Igiturire gikwiragiye ukungana iki?
4 Kubera iki igiturire kidahera?
5 Kuba inzirabugunge mw’isi yuzuye igiturire, vyoba bishoboka?
IVYAMA BISOHOKA
15 Wari ubizi?
16 Niwige Ijambo ry’Imana—Woba ushobora kubaho ibihe bidahera?
18 Niwiyegereze Imana—‘Umwe wa kera mu misi aricara’
19 Niwigane ukwizera kwabo—“Umugore w’agahebuza”
25 Abasomyi bacu barabaza . . . Kwubaka vyoba ari vyo bituma umuntu agira agahimbare?
26 Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu
30 Ku bw’urwaruka—Nturondere kuba agakomeye!
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
9 Ububasha Ijambo ry’Imana ryagize ku muryango w’abahindu