Ibirimwo
1 Myandagaro 2011
Ni ibiki abana bakwiye kwiga ku vyerekeye Imana?
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
3 Abana boba bakwiye kwiga ivyerekeye Imana?
4 Ni ibiki abana bakwiye kwiga?
6 Ni nde akwiye kwigisha abana ivyerekeye Imana?
8 Ingene wokwigisha abana ivy’Imana—Uburyo bwiza kuruta ubundi ni ubuhe?
IVYAMA BISOHOKA
10 Ivyotuma mu rugo haba agahimbare—Nufatane icubahiro uwo mwubakanye
13 Niwiyegereze Imana—Iribuka ko “turi umukungugu”
14 Niwigishe abana bawe—Igituma Doruka yakundwa
16 Niwige Ijambo ry’Imana—Womenya gute ugusenga kw’ukuri?
18 Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu
27 Abasomyi bacu barabaza . . .
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
24 Papa yoba ari “umusubirizi wa Petero Mweranda”?
28 Bari babirindiranye igishika cinshi n’ivyizigiro