ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w11 1/5 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
w11 1/5 rup. 1-2

Ibirimwo

1 Rusama 2011

Ubuhanuzi 6 bwo muri Bibiliya uriko urabona buranguka

IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

3 Ivyago bituma tugira icizigiro

4 Ubuhanuzi bwa 1. Vya nyamugigima

5 Ubuhanuzi bwa 2. Ikigoyi

6 Ubuhanuzi bwa 3. Indwara

7 Ubuhanuzi bwa 4. Abatiyumvamwo ababo

8 Ubuhanuzi bwa 5. Uguhonya isi

9 Ubuhanuzi bwa 6. Kwamamaza kw’isi yose

10 Ibihe vyiza birimirije!

IVYAMA BISOHOKA

11 Ivyotuma mu rugo haba agahimbare​—Ukuntu abana bahindura umubano

15 Woba wari ubizi?

16 Niwige Ijambo ry’Imana​—Ni kubera iki Imana ireka hakaba ikibi be n’imibabaro?

22 Ku bw’urwaruka​—Niwirinde abagenzi bonona!

27 Abasomyi bacu barabaza . . .

28 Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu

31 Niwiyegereze Imana​—“Yehova ni Umwungere wanje”

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

18 Abantu b’abanyamahoro baburanira izina ryabo ryiza

24 Ubuzima bwo mu bihe vya Bibiliya​—Amahera

[Abo dukesha amafoto ku rup. 2]

IGIPFUKISHO: Nyamugigima n’indwara: © William Daniels/Panos Pictures; Ikigoyi: © Paul Lowe/Panos Pictures; Ivyotsi: U.S. Coast Guard photo

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika