ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w10 1/12 rup. 32
  • Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
w10 1/12 rup. 32

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Vyoba bishoboka ko tuvugana n’abari mu karere k’impwemu? RABA URUPAPURO RWA 3-9.

Abavugwa muri Bibiliya boba vy’ukuri baramaze imyaka amajana n’amajana? RABA URUPAPURO RWA 12.

Abantu bagiye gufasha abasinzikajwe na ca kinyamugigima co muri Hayiti, wibaza ko basanze bimeze gute? RABA URUPAPURO RWA 15.

Iyo uza kuba uriho mu gihe ca Yezu, woba wari kumenya Mesiya ukamwemera? RABA URUPAPURO RWA 18.

Ni ibiki ushobora gukora bikagira ico bifashije vy’ukuri abavyeyi bireranye abana? RABA URUPAPURO RWA 22.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika