Ibirimwo
1 Gitugutu 2010
Ibintu indwi ukeneye kumenya ku vyerekeye isengesho
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ibintu indwi ukeneye kumenya ku vyerekeye isengesho
3 ISENGESHO—Kubera iki twosenga?
9 ISENGESHO—Umwanya n’ikibanza, hari ico bitwaye?
10 ISENGESHO—Hoba hari ico ryodufasha?
11 ISENGESHO—Imana yoba izokwumva amasengesho dutura ikayishura?
IVYAMA BISOHOKA
13 Abasomyi bacu barabaza . . .
14 Niwigane ukwizera kwabo—‘Yabandanije gukurira imbere ya Yehova’
23 Niwiyegereze Imana—‘Irumva amasengesho’
24 Niwigishe abana bawe—Ubwami buzohindura isi yose
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
19 Wonyinyana gute n’ukwumva uvunitse umutima?
26 Ikiyago Icabona ca Yehova agirana n’uwo abwira inkuru nziza—Impwemu nyeranda ni iki?
29 Kuvuga izindi ndimi—Vyoba biva ku Mana?