Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Hana yari nde, kandi ukwizera kwiwe kwamufashije gute kwihanganira umukeba wiwe w’umutima mubi? RABA URUPAPURO RWA 14-18.
Ni ibiki ushobora gukora kugira ngo uremeshe umugenzi arwaye cane? RABA URUPAPURO RWA 10-13.
Ni igiki ushobora gukora kugira ngo wungukire ku busomyi bwa Bibiliya? RABA URUPAPURO RWA 19-21.
Imana yoba yaragize intango? RABA URUPAPURO RWA 28.
Ni igiki Imana irondera mu mutima wacu? RABA URUPAPURO RWA 29.