Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
Ni ibintu bitatu ibihe Imana yakoze kugira ngo ikize abantu imibabaro? RABA URUPAPURO RWA 5-6.
Ni ibintu nyezina bimwebimwe ibihe ushobora gukora kugira ngo uremeshe umupfakazi canke umupfakare? RABA URUPAPURO RWA 10-12.
Ni kubera iki umuyoboke wa Kristu akwiye kubwira abandi inkuru nziza? RABA URUPAPURO RWA 17.
Ni ikintu kimwe ikihe ushobora gukora kugira ngo umwana wawe azobe umuntu akuze yitwararika ibintu? RABA URUPAPURO RWA 19.
Ni igiki catumye uwahoze aterekwa ubukuru bw’idini n’ubw’abategetsi aba umuntu akorera Imana? RABA URUPAPURO RWA 28-29.