ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w09 1/12 rup. 32
  • Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
w09 1/12 rup. 32

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

◼ Nubone ukuntu ingorane zikwiye kw’isi yose muri kino gihe zizotorerwa umuti kw’isi yose. Raba ku rupapuro rwa 5.

◼ Abarokotse ubwicanyi bwabereye kw’ishure i Winnenden mu Budagi, baratubwira ukuntu bihanganira intuntu bagize inyuma y’ico cago. Raba ku rupapuro rwa 9.

◼ Umwami Herodi yashatse kwica Yezu akiri uruyoya, yari nde? Raba ku rupapuro rwa 13.

◼ Ni ibiki woba uzi ku bijanye n’Umwaka mushasha uhimbazwa n’abantu bo muri Aziya? Raba ku rupapuro rwa 20.

◼ Numenye ibijanye n’umuziki wo mu bihe vya Bibiliya mu kurimbura ivyerekeye ubuzima bw’Umwami Dawidi. Raba ku rupapuro rwa 26.

◼ Ubwo vy’ukuri hari abami, canke abanyabwenge batatu, baje gusenga Yezu igihe yari mu bwato bw’ibitungwa? Raba ku rupapuro rwa 31.

[Abo dukesha ifoto ku rup. 32]

Abana bishwe n’inzara: OMS/OXFAM

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika