Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
◼ Bibiliya yoba yari yaravuze ibijanye n’ingorane tubona mw’isi muri kino gihe? Raba ku rupapuro rwa 6.
◼ Vyoba bishoboka ko twigana Imana? Nimba bishoboka, twobigira gute? Raba ku rupapuro rwa 15.
◼ Abana bose bakenera ko ba se babagirira ibiki? Raba ku rupapuro rwa 18.
◼ Ni ibiki dushobora kwigira kuri Mariya dufatiye ku bintu vyashitse bijanye n’ivuka rya Yezu? Raba ku rupapuro rwa 22.
◼ Nimba Adamu yari atunganye, vyagenze gute ngo acumure? Raba ku rupapuro rwa 27.