Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
◼ Ni imvo zine izihe zotuma wizigira imihango Bibiliya itanga yerekeye kazoza? Raba ku rupapuro rwa 8.
◼ Ushobora gute kuyaga n’umwana w’umuyabaga atishura ku bibazo umubajije? Raba ku rupapuro rwa 11.
◼ Ni ibiki abavyeyi bokora kugira ngo bafashe abana babo kwerekana ko bakenguruka? Raba ku rupapuro rwa 13.
◼ Yezu yoba yarakoresha izina ry’Imana igihe yaba ariko arabwira inkuru nziza Abayuda bagenziwe? Raba ku rupapuro rwa 19.
◼ Ni igiki catumye umwe mu bagize akagwi k’abakiri bato bo muri Megizike kitwa Amashetani y’imikangara agira amahinduka akomeye mu buryo yari abayeho? Raba ku rupapuro rwa 28.