Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
◼ Kuzirikana ku kuntu inyenyeri ziremwe bishobora gutuma wumva umerewe gute? Raba ku rupapuro rwa 7.
◼ Ni ibiki ushobora kwiga ku bijanye n’Imana biciye ku kwihweza urukundo inabibondo afitiye uruyoya rwiwe? Raba ku rupapuro rwa 9.
◼ Ni kubera iki abubakanye bakwiye gutegana ugutwi bakongera bakitwararika inyiyumvo ziba ziseruwe? Raba ku rupapuro rwa 11.
◼ Ubwami bw’Imana ni iki, kandi ni gute buzogira ico bukoze kw’isi? Raba ku rupapuro rwa 16.
◼ Ni ibintu bimwebimwe nyamukuru ibihe umuntu arwaye indwara amaherezo izomuhitana aba akeneye? Raba ku rupapuro rwa 28.