ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w08 1/2 rup. 32
  • Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
w08 1/2 rup. 32

Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri

◼ Ni igiki gishobora kugufasha kugira amahoro yo mu mutima naho woba ukenye, urwaye, canke uzi ko ushobora gushikirwa n’urupfu?

URUPAPURO 9.

◼ Ni imvo zitatu izihe zerekana igituma bihambaye gusenga mw’izina rya Yezu?

URUPAPURO 13.

◼ Ni kubera iki ururimi rw’umuntu rushobora kugereranywa n’umuriro?

URUPAPURO 19.

◼ Ni kubera iki Imana ireka abantu bagacumukura?

URUPAPURO 27.

◼ Ni umukazo wiyongereye uwuhe usanga akenshi ushikira ba inabibondo bakora ubuzi?

URUPAPURO 28.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika