ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w07 1/3 rup. 32
  • Urubanza udakwiye gusiba!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urubanza udakwiye gusiba!
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
w07 1/3 rup. 32

Urubanza udakwiye gusiba!

Ku wa mbere, igenekerezo rya 2 Ndamukiza

Hari ku wa 14 Nisani mu mwaka wa 33 G.C. Yezu yariko asangira n’intumwa ziwe igikombe c’umuvinyu be n’umukate utagira umwambiro. Uti none yazitegetse gukora iki? Yazibwiye ngo: “Muragume mugira ibi mu kunyibuka”.​—Luka 22:19, NW.

Ku bw’ivyo, rimwe mu mwaka, Ivyabona vya Yehova bo kw’isi yose barahurira hamwe kugira bibuke urupfu rwa Yezu mu buryo yategetse muri rya joro yavuga ayo majambo. Muri uno mwaka, igenekerezo rya 14 Nisani rizotangura ku wa mbere, igenekerezo rya 2 Ndamukiza, izuba rirenze. Uratumiwe n’igishika cinshi kwifatanya natwe muri iryo koraniro ryo kwibuka urwo rupfu rizoba kuri uwo mugoroba. Turagusavye uvugane n’Ivyabona vya Yehova bo mu karere ubamwo kugira bakubwire isaha iryo koraniro rizoberako be n’aho rizobera.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika