Abakenyezi b’abizigirwa 137
Abana ni ingabire iva ku Mana 134
Abavukanyi ibihumbi n’ibihumbi 99
Abungere ni ingabire z’abagabo 103
Ahantu hazotuma ushemezwa 152
Ahantu hitirirwa izina ryawe 92
“Akanyamuneza ka Yehova” 110
Akarorero Imana yatanze k’urukundo 107
Amahoro twifitiye 113
Amajuru araninahaza Imana 6
Boshobora kurokoka 60
Bwa Bwami ubu bwaravutse—Nibuze! 22
‘Ca ubwenge mwananje’ 135
Dawe, Imana yanje, umugenzi wanje 30
‘Dufashe abagoyagoya’ 102
Dukenguruke Ijambo ry’Imana 94
Dukenguruke incungu 18
Dukenguruke ukwihangana kw’Imana 115
Dukorane mu bumwe 101
Dukorere Yehova tutiziganya 37
Dukundane cane bivuye ku mutima 109
Dusezeranirwa ubuzima budahera 147
Dushikame, ntitunyiganyige! 122
Dutegerezwa kugira ukwizera 119
Dutegerezwa kwigishwa 86
Dutsimbataze kamere y’urukundo 106
Dutungwa n’Ijambo ry’Imana 97
Gendana n’Imana! 31
Gukora ivyo ugomba ni vyo bimpimbara 161
Guma ku kivi, uri maso, urindiriye 143
Guma ubanza kurondera Ubwami 21
Guma uraba ku gashimwe! 144
Guma uri maso, ushikame, ukomere 126
“Hahiriwe abanyembabazi!” 125
Hezagira amakoraniro yacu 93
Ibikorwa vy’agatangaza vy’Imana 5
Ibiranga Yehova 1
‘Ico Imana yafatanije’ 131
Igikorwa twakoranye urukundo 91
Igitabu c’Imana ni ubutunzi 96
Ihishurwa ry’abana b’Imana 27
Imana izogukomeza 38
Imana iraduha impwemu nyeranda 104
“Imana ni urukundo” 105
Imana yarasezeranye Iparadizo 145
Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba 19
Imvo zituma tunezerwa 111
Ingo muruhurirwe! 87
Inkomezi zacu, icizigiro cacu n’umwizero wacu 3
“Inkuru nziza” 160
Inyegu Imana yiharije 25
“Inzu ku nzu” 83
Isengesho ryanje ry’ukwiyegura 50
Isengesho ry’ugukenguruka 43
Isengesho ry’umuntu mutoyi 44
Isengesho ry’umusavyi w’Imana 42
Ivyanditswe vyahumetswe n’Imana 98
Ivyaremwe birashemeza Imana 11
Ivyo umutima wanje uzirikana 45
Izohamagara 151
Ja ku ruhande rwa Yehova! 32
Jamwo muri ya ndirimbo y’Ubwami 74
Kamere yo kumera neza 117
Kristu, Karorero kacu 13
Kwitegurira kuja mu ndimiro 53
Mana ihambaye Yehova 12
‘Mureke umuco wanyu wake’ 82
“Ndabishaka” 17
Ndabona n’amaso y’ukwizera 156
Ndakwinginze wumve isengesho 41
“Ndi hano! Ntuma!” 75
‘Ng’iyi inzira’ 54
Ni je mwabikoreye 26
Ni nde aba umugenzi wa Yehova? 28
“Nimuhonje, mubone ko Yehova aryoshe” 80
Nimuze ku musozi wa Yehova 24
Nimwakirane 85
Niwibone mw’isi nshasha 139
‘Niwigishe rya Jambo’ 67
«Ntibizocererwa!» 158
Ntitwigere duhemuka 124
Nubigishe kuguma bashikamye 79
Nuduhe ubutinyutsi 73
Numenyeshe inzira zawe 88
Numpe umutima rugabo 153
Nyurwa n’ukuri 56
Nzorondera kumenya Imana 162
Oya ntimubatinye! 55
Ramirize mwamamaze bwa Bwami! 69
Rondera Imana urokorwe 150
Rwa ruririmbo rushasha 62
Senga Yehova buri musi 47
Senga Yehova mu buto bwawe 133
Shemeza Imfura ya Yehova! 15
Shemeza Umwami mushasha w’isi 14
Shemeza Ya ku bw’Umwana wiwe yarobanuwe 16
Shemeza Yehova hamwe nanje! 59
Shemeza Yehova Imana yacu! 10
Tangaza inkuru nziza 66
Tera muja imbere, yemwe Vyabona! 61
Tera uja imbere! 65
Terera umuzigo wawe kuri Yehova 33
Tubabarire abandi 130
Tubakirane igishika 100
Tubeho duhuza n’izina ryacu 29
Tubibe imbuto z’ubwami 68
Tugamburuke ubuyobozi tudahemuka 123
‘Tugaragaze ukwihangana’ 114
Tugendane na Yehova buri musi 48
Tugendere mu gutungana 34
Tugume twihangana 129
Tugumye icizigiro cacu 142
Tujemwo mw’iyimbura tunezerewe 64
Tumenyekanishe ukuri kw’Ubwami 72
Tunezereze umutima wa Yehova 49
‘Turabe neza ibihambaye kuruta’ 35
Turagushimiye, Yehova 46
Turakeneye ukwigumya 121
Turemeshanye 90
Turi aba nde? 40
Turi ingabo za Yehova! 71
Turi Ivyabona vya Yehova! 63
Turinde imitima yacu 36
Turondere ababereye 70
Turondere abakunzi b’amahoro 58
Tuza twiberaho mu mahoro 157
Tuzokwama mu munezero 155
Twariyeguriye Imana! 51
Twigane ubwitonzi bwa Kristu 120
Twigishe abantu b’uburyo bwose 57
‘Twigishe Ijambo ry’Imana’ 78
Twihangane gushika kw’iherezo 128
Twiheshe izina ryiza ku Mana 39
Twitangire igikorwa 84
“Twongereze ukwizera” 118
Ubu rero tubaye umwe 132
Ubuntu burakomeye 116
Ubuzima bwamaho! 140
Ubuzima bw’umutsimvyi 81
Ubuzima ni igitangaro 141
Ubwiza bw’imvi 138
Uca wiyumva gute? 76
Ukwiyegura kw’umukirisu 52
Umuco uraka mw’isi y’umwiza 77
Umuco urarushiriza gukayangana 95
Umuntu nkwiye kuba 127
Umviriza, ugamburuke, uhezagirwe 89
Urukundo rudahemuka rw’Imana 108
Urukundo rutananirwa! 154
Ururirimbo rw’intsinzi 149
‘Vyose vyabaye bishasha’ 146
Watanze ca kinege cawe 20
Wewe witwa Yehova 2
Yehova aguhe impembo ikwiye 136
Yehova ararokora 148
Yehova atanguye kuganza 23
Yehova ni Imana y’amahoro 112
Yehova ni Umwami wacu! 9
Yehova ni we buhungiro bwacu 8
“Yehova ni we Mwungere wanje” 4
Yehova we, uri inkomezi zacu! 7