ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • lfb rup. 12-13
  • Intangamarara y’igihimba ca 2

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intangamarara y’igihimba ca 2
  • Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ivyo bijanye
  • Ukuntu iciza kizonesha ikibi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Imbere ya rya Segenya rikomeye: Ni bande bumvirije? Ni bande batumvirije?
    Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
  • Imburizi Dukura Kuri Kahise
    Urashobora Kuba Umukunzi w’Imana!
  • Umwana Mwiza n’Uwundi Mubi
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
Ibindi
Ivyigwa dukura muri Bibiliya
lfb rup. 12-13
Nowa ariko arinjiza ibikoko mu bwato

Intangamarara y’igihimba ca 2

Kubera iki Yehova yazanye umwuzure wahoneje abantu bari kw’isi? Kuva abantu bagitangura kubaho, hari umwansi yadutse. Abantu bamwebamwe nka Adamu, Eva n’umuhungu wabo Kayini bahisemwo gushigikira uwo mwansi, ari we Shetani. Abandi bakeyi nka Abeli na Nowa, bahisemwo gushigikira Imana. Abantu benshi barabaye babi cane ku buryo Yehova abarandura bose. Iki gihimba kizodufasha kumenya ko Yehova abona uwo duhitamwo gushigikira, be n’uko atazokwigera areka ngo ikibi gitsinde iciza.

IVYIYUMVIRO NYAMUKURU

  • Dukwiye kuba abanyamahoro, ntitube inkozi z’ikibi nka Shetani n’abamushigikira

  • Nitwumviriza Imana kandi tukayigamburukira nka Nowa, tuzokwiberaho ibihe bidahera tunezerewe

  • Yehova arabona ibintu vyose. Dukoze ivyiza aranezerwa, dukoze ibibi na ho akababara

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika