ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • hf rup. 2
  • Intangamarara

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intangamarara
  • Urugo rwanyu rurashobora kugira agahimbare
  • Ivyo bijanye
  • Icotuma muhimbarwa mu mubano wanyu: Nugaragaze icubahiro
    Icofasha umuryango
  • Niwereke uwo mwubakanye ko umukunda kugira mu mubano wanyu harangwe agahimbare
    Icofasha umuryango
  • Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Hoba Hariho Akabanga ko Kuronka Agahimbare mu Rugo?
    Akabanga ko Kuronka Agahimbare mu Rugo
Ibindi
Urugo rwanyu rurashobora kugira agahimbare
hf rup. 2

Intangamarara

Muri ibi bihe bigoye aho usanga imibano y’ababiranye be n’ingo bigeramiwe, mbega vyoba bishoboka ko urugo rugira agahimbare? Ico ni ikibazo kitoroshe. Ariko hariho ivyofasha. Naho aka gatabu katarimwo amakuru yose yerekeye umubano w’ababiranye, karashira ahabona ingingo ngenderwako zo kwizigirwa zo muri Bibiliya be n’ivyiyumviro bishobora gufasha. Ubikurikije neza, bizotuma urugo rwanyu rugira agahimbare.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika