ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mb icig. 4
  • Icigwa ca 4

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Icigwa ca 4
  • Ivyigwa vyanje vya Bibiliya
  • Ivyo bijanye
  • Ivyigwa vyanje vya Bibiliya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Nukenguruke kubona imvura igwa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Uwaremye ibintu vyose
    Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye
  • Umuremyi wacu adukunda aratwitwararika
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
Ibindi
Ivyigwa vyanje vya Bibiliya
mb icig. 4

Icigwa ca 4

Integuro icapuwe

Ivyakozwe 14:17

Imvura iriko iragwa.

Alice yidoga ati:

“Nguma mu nzu.

Kubera iki idahera?”

Ariko haciye akanya, aratangara!

Izuba riraboneka.

Imvura iraheze.

Alice araryoherwa!

Ariruka hanze, maze akabona ibintu bitangaje, akanezerwa.

Alice avuga ati: “Sinari nzi ko imvura iva ku Mana ituma amashurwe akura!”

KORA IBI

Somera umwana wawe:

Ivyakozwe 14:17

Saba umwana wawe yerekane:

Idirisha Inyoni Alice

Igiti Amashurwe

Rondera ibi bintu bihishijwe:

Agakoko gatukura Indege

Baza umwana wawe uti:

Kubera iki Yehova yaremye imvura?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika