1 Akaranga ka Yehova
2 Turagushimira, Yehova
3 ‘Imana ni urukundo’
4 Twiheshe izina ryiza ku Mana
5 Kristu, karorero kacu
6 Isengesho ry’umusavyi w’Imana
7 Kwiyegurira Imana no kubatizwa
8 Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba
9 Shemeze Yehova Imana yacu!
10 “Ndi hano! Ntuma”
11 Tunezereze umutima wa Yehova
12 Dusezeranirwa ubuzima budahera
13 Isengesho ry’ugukenguruka
14 Ibintu vyose bigizwe bishasha
15 Ivyaremwe birahishura ubuninahazwa bwa Yehova
16 Hungire ku Bwami bw’Imana!
17 Tere muja imbere, yemwe Vyabona!
18 Urukundo rudahemuka rw’Imana
19 Imana yarasezeranye Iparadizo
20 Hezagira amakoraniro yacu
21 Hahiriwe abanyembabazi!
22 “Yehova ni Umwungere wanje”
23 Yehova, nkomezi zacu
24 Gumiza amaso ku gashimwe!
25 Ikiranga abigishwa b’ukuri
26 Yewe, gendana n’Imana!
27 Ja ku ruhande rwa Yehova!
28 Ya ndirimbo nshasha
29 Tugendere mu gutungana
30 Yehova atanguye kuganza
31 Turi Ivyabona vya Yehova!
32 Dushikame, ntitunyiganyige!
33 Ntimubatinye!
34 Tugendere izina ryacu
35 Dukenguruke ukwihangana kw’Imana
36 ‘Ico Imana yafatanije’
37 Ivyanditswe vyahumetswe n’Imana
38 Terera umuzigo wawe kuri Yehova
39 Amahoro twifitiye
40 Guma ubanza kurondera Ubwami
41 Senge Yehova mu buto bwanyu
42 ‘Fasha abagoyagoya’
43 Tube maso, dushikame, dukomere
44 Tujemwo mw’iyimbura tunezerewe
45 Ja imbere!
46 Yehova ni Umwami wacu!
47 Tumenyeshe ya nkuru nziza
48 Tugendane na Yehova ku musi ku musi
49 Yehova ni we buhungiro bwacu
50 Icitegererezo Imana yadushiriyeho c’urukundo
51 Twumira kuri Yehova
52 Rinda umutima wawe
53 Dukorane mu bumwe
54 Dutegerezwa kugira ukwizera
55 Ubuzima budahera buza bwashika!
56 Ntabara wumve isengesho ryanje
57 Ivyo umutima wanje uzirikana
58 Isengesho ryanje ry’ukwiyegura
59 Twariyeguriye Imana!
60 Yehova azogukomeza
61 Umuntu mbwirizwa kuba
62 Turi aba nde?
63 Ntitugeza guhemuka
64 Ukuri nukugire ukwawe
65 ‘Ng’iyi inzira’
66 Dukorere Yehova n’ubuzima bwacu bwose
67 Senga Yehova buri musi
68 Isengesho ry’umuntu mutoyi
69 Numenyeshe inzira zawe
70 ‘Twiyemeze neza ibihambaye kuruta ibindi’
71 Impwemu nyeranda ni ingabirano Imana itanga
72 Dutsimbataze urukundo
73 Dukundane cane bivuye ku mutima
74 Akanyamuneza ka Yehova
75 Imvo zituma tunezerwa
76 Yehova, Mana y’amahoro
77 Tubabarire abandi
78 Twigane ukwiyumanganya kwa Yehova
79 Ububasha ubuntu bufise
80 Twigane ukumera neza kw’Imana
81 “Twongerereze ukwizera”
82 Twigane ubwitonzi bwa Kristu
83 Turakeneye ukwigumya
84 “Ndabishaka”
85 Yehova aguhe impembo ikwiye
86 Abagore b’abizigirwa, bashiki bacu bakirisu
87 Ubu rero turi umwe
88 Abana ni imbitso iva ku Mana
89 Yehova arakwinginga ati: ‘Ca ubwenge mwananje’
90 Ubwiza bw’imvi
91 Dawe, Imana yanje, akaba n’Umugenzi wanje
92 ‘Niwigishe rya jambo’
93 ‘Mureke umuco wanyu wake’
94 Tubumbwe n’ingabirano nziza Imana itanga
95 “Nimuhonje, mubone ko Yehova aryoshe”
96 Turondere ababereye
97 Tuje imbere, yemwe basuku ba bwa Bwami!
98 Tubibe imbuto z’Ubwami
99 Dushemeze Umwami mushasha w’isi
100 Turi ingabo za Yehova!
101 Tumenyekanishe kwa kuri kw’Ubwami
102 Jamwo mu ndirimbo y’Ubwami!
103 “Inzu ku nzu”
104 Shemeze Ya hamwe nanje!
105 Amajuru aninahaza Imana
106 Ni nde aba umugenzi wa Yehova?
107 Nimuze ku musozi wa Yehova
108 Shemeza Yehova kubera Ubwami bwiwe
109 Ha impundu ya mfura ya Yehova!
110 Ibikorwa bitangaje vy’Imana
111 Izohamagara
112 Mana ihambaye Yehova!
113 Yehova, warakoze kuduha Ijambo ryawe!
114 Igitabu c’Imana ni ubutunzi
115 Dutume inzira yacu iroranirwa
116 Umuco urarushiriza gukayangana
117 Twigishwe na Yehova
118 Duhane ikaze
119 Ingo muruhurirwe!
120 Umviriza, ugamburuke maze uhezagirwe
121 Turemeshanye
122 Abavukanyi ibihumbi n’ibihumbi
123 Abungere ni ingabirano z’abagabo
124 Tubakire neza
125 Tuyobokere urutonde rwa gitewokarasi tudahemuka
126 Igikorwa twakoze kiranga urukundo
127 Ahantu hitirirwa izina ryawe
128 Ibintu vyo kuri iyi si biriko birahinduka
129 Tugumye icizigiro cacu
130 Ubuzima ni igitangaro
131 Yehova ararokora
132 Ururirimbo rw’intsinzi
133 Rondera Imana urokorwe
134 Niwibone vyose vyabaye bishasha
135 Twihangane gushika kw’iherezo