ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 51
  • Twumira kuri Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Twumira kuri Yehova
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Twumire kuri Yehova Imana yacu
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Icamwa c’ukwigumya
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Mana uhambaye, Yehova!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Guma ushikamye nka Rusi
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 51

Ururirimbo 51

Twumira kuri Yehova

Integuro icapuwe

(Yosuwa 23:8)

1. Segaba Yehova arabikwiye cane.

Mu vy’akora vyose ntava ku butungane.

Ivyo yavuze vyose bizoranguka

Ni we twumirako ata guhemuka.

Nitwamushigikira tuzokwunguka.

2. Ku kuri n’ubutungane ni h’avyagiye.

Aho aba ubwiza burakwiragiye.

Aratumira, benshi bakamwitaba.

Twumira kuri Yehova we Segaba.

Ni we dukwiye gusenga no gusaba.

3. Ijuru ry’amajuru ryo ntiryomukwira.

Nta mwansi yomwihanga yoz’amunanira.

Nta co atazoshitsa mu vyo yavuze.

Twumira kuri Yehova tubikunze.

Muze tumwihebere ko yatunyuze.

(Raba kandi Gus. 4:4; 30:20; 2 Bm. 18:6; Zab. 89:14.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika