Impapuro zihereza
Wokwerekana gute ko ukunda Imana vy’ukuri?
Ni ryari wokwizigira ijwi ryawe ryo mu mutima?
Abagenzi uhitamwo bahishura iki ku bikwerekeye?
Ukuntu ubona ubukuru bigira ico bikoze gute ku kuntu Imana ikubona?
Kubera iki kugamburuka ingingo ngenderwako z’Imana zigenga inyifato runtu ari wewe bigirira neza?
Ushobora gute guhimbarwa mu kazi ukora?
Ni ibiki vyogufasha kurushiriza kugamburukira Yehova?