ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • pe rup. 256
  • “Guma mu vyo wize”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Guma mu vyo wize”
  • Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi
  • Ivyo bijanye
  • Timoteyo yashaka gufasha abantu
    Niwigishe abana bawe
  • Rwaruka, nimukurikirane imigambi itera iteka Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Ni Igiki Gishobora Kudufasha Kuramiriza Neza mw’Ijambo ry’Ukuri?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • “Umwana wanje w’umukundwa kandi w’umwizigirwa mu Mukama”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
Ibindi
Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi
pe rup. 256

“Guma mu vyo wize”

Uko ni ko intumwa Paulo yandikiye wa musore Timoteyo. (2 Timoteyo 3:14) Ko umaze gusoma iki gitabu, urazi ivyiza vyinshi Imana ibīkiye abayikunda. Ariko bikwiye ko utera uja imbere mu vy’umutima. Ivyabona vya Yehova, bazohimbarwa cane n’ukugufasha, ni waba utararonka imfashanyo nk’iyo. Andikira rero ibiro bikwegereye, muri ibi bihugu bitondekanijwe ngaha hepfo, usabe ko umukozi umwe mu Vyabona vya Yehova aza arakugendera, mwigire hamwe Bibiliya ataco umuriha.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika