ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 176
  • Nimwakire Umwami agiye kuza!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nimwakire Umwami agiye kuza!
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • ‘Nimwakirane’!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ururirimbo rw’intsinzi
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Nimwakirane
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Duhane ikaze
    Turirimbire Yehova
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 176

Ururirimbo rwa 176

Nimwakire Umwami agiye kuza!

(Zaburi 24:7)

1. Harageze ko duh’ikaze vy’ukuri

Ya Man’igaba vyose kuk’ubu yo

Na Yezu bakorany’amahanga yose,

N’amajur’akaririmba ku bw’intambara nyayo.

‘Rarik’imitwe marembo’ munezerwe;

Nyen’intsinzi ni wa Mwami mukuru.

Harageze ko Yehova Nyen’ingabo

Aherez’ingoma Kristu mw’ijuru.

Ububash’azobwerekana ku Bwami,

Kwa kuganz’isi kwiwe gushirwe hejuru.

2. Nya Mukama Segab’ari we Yehova

Azany’Ubwami bwamaho bwuzuye.

Nahabw’ikaze rivuye ku mutima.

Umwami wacu namenye ko tumushigikiye.

Himbarwe mwa marembo mwe n’iyi nkuru!

Tunezeranwe tumuririmbire:

‘Yehova ni w’akomeye mu ntambara’.

Yemwe, mwumvirize, mushikanire.

Harageze kw’ahezagir’ab’akunda.

Tuvuge duti: “Kaze Mwami, udutware”.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika