ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 89
  • Icitegererezo Imana yatanze c’urukundo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Icitegererezo Imana yatanze c’urukundo
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Icitegererezo Imana yadushiriyeho c’urukundo
    Turirimbire Yehova
  • Akarorero Imana yatanze k’urukundo
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • «Mubandanye kugendera mu rukundo»
    Niwiyegereze Yehova
  • Ntureke ngo urukundo rwawe rukanye
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 89

Ururirimbo rwa 89

Icitegererezo Imana yatanze c’urukundo

(1 Yohana 4:19)

1. Yehova ni we yadushiriyeho

Inzira

Kugira

Duce tubona ico twokwisunga

Twijukira

Tugakira.

Irahebuje, tuzoyigumako,

Kand’adusaba kuyihatirako

Ntituyihebe, twameko, twameko,

N’urukundo

Ni we rukundo.

2. Twumviy’Imana, gukund’abandi vyo

Bizoba

Nya kuba,

Bizotwibutsa gutabar’abandi

Tudateba,

Tudateba.

Tugaragaze ca gishika nyene,

Dufash’abandi ntibazogikene,

Ntibishike ngo bamwe babanene,

Urukundo

Rub’urukundo.

3. Ishirahamwe rya Yehov’Imana

Rizama,

Rizama

Rimuvugira, nta ho rizoreka

Kumushima,

Kumushima.

Dutangarize uwo twumva wese,

Dufash’“intama” zumv’ukuri kwose,

’Murimo na wo uj’imbere rwose,

Ng’urukundo

Rub’urukundo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika