ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 71
  • Ntiturekure inkuru nziza!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ntiturekure inkuru nziza!
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Dushikame, ntitunyiganyige!
    Turirimbire Yehova
  • Shikama, ntunyiganyige!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Guma ushikamye kandi utahukane intsinzi muri kwa gusiganirwa ubuzima
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Yehova we, uri inkomezi zacu!
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 71

Ururirimbo rwa 71

Ntiturekure inkuru nziza!

(1 Ab’i Korinto 15:2)

1. Ca gikorwa tugumeko

Uk’umuher’uza.

Twihate kuko Yehova

Ni w’adukomeza.

Ukuri kurats’umuco,

’Bikorwa ni vyinshi.

Ntidukora ivy’ubusa

’Kamwemwe ni kenshi.

2. Icizigiro c’izuka

Kiraduh’ingoga.

Kirakomez’ukwizera

Nta ntunt’ituniga.

Twizer’iryo sezerano

Riva kwa Yehova.

Nushikame ukomere

’Ntsinzi ni ho yova.

3. Dukora twihata cane

Dushikir’impêra,

Abagenzi baremesha

Ni bo twokwegera.

Ya nkuru nziz’iravuga

Ivy’Iparadizo.

Dushimir’Imana yacu

Tuyih’ishemezo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika