ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 68
  • Imbabazi z’Imana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Imbabazi z’Imana
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Niwigane impuhwe za Yehova
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • «Impuhwe z’Imana yacu»
    Niwiyegereze Yehova
  • Mugire “impuhwe z’ikibabarwe”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 68

Ururirimbo rwa 68

Imbabazi z’Imana

(Ab’i Kolosayi 3:12)

1. Nimba turi abak’risu

Tuzogir’imbabazi

Ku ncuti na kavantara,

No ku bantu tutazi.

Ivyo Yezu ni we

Yabishimikiyeko

Mu kigereranyo,

Ni vyo twofatirako.

2. Umusamariya umwe

Yagiye i Yeriko.

Ku nzira har’Umuyuda

Yabuz’uwumubako.

We ntiyamwinuvye,

Yaciy’amutabara.

Hakoz’urukundo,

’Bwirizwa rirakora.

3. Mugenzawe n’urya muntu

Aba agukeneye.

Imana ikunda bose

Ikab’ibababaye.

Ni inyembabazi

Ikaba n’inyabuntu.

Ivyo tuvyisunge,

Ni yo Ncuti y’abantu.

4. Mugenzawe womufasha

Akarya, akambara.

Akeneye canecane

’Buzima budahera.

Kumenya Imana,

N’ubutungane bwayo

Barabikeneye,

Bahezagirwe na yo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika