ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 64
  • Ukwizera nk’ukwa Aburahamu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ukwizera nk’ukwa Aburahamu
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Imana igeza Aburahamu
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Yehova yamwise “umugenzi wanje”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • Imana Igerageza Aburahamu
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Aburahamu yari nde?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 64

Ururirimbo rwa 64

Ukwizera nk’ukwa Aburahamu

(Itanguriro 22:1-18)

1. Abashaka gutahura

Bo barahiriwe;

Yehova we azi vyose,

Nta co ananiwe.

Kugira twizere hari

Ivyo yerekanye.

Ubu insiguro yavyo

Yaramenyekanye.

2. Rab’Ab’rahamu,

Isaka Nawe bari kumwe.

Badug’Umusozi Mor’ya

Kugir’asuzumwe.

Yehov’asavy’Ab’rahamu

Gutanga Isaka

Bwa kimazi cera nk’uko

Iman’ibishaka.

3. Yamara Ab’raham’ico

Nticamunaniye.

Vyaranga ya ncung’Imana

Yo yodutangiye.

Non’urashak’ubuzima?

Hor’ugamburuka.

Wizere nka ’Burahamu

Kand’udahemuka.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika