ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 31
  • Ishaka ry’inzu ya Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ishaka ry’inzu ya Yehova
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • ‘Tugire ishaka ry’ibikorwa vyiza’
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Woba ‘ugirira umwete ibikorwa vyiza’?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • “Mururumbe impwemu”
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Muri iki kiringo c’Icibutso, woba uzokwigana umwete wa Yehova na Yezu?
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 31

Ururirimbo rwa 31

Ishaka ry’inzu ya Yehova

(Yohana 2:17)

1. Inzu ya Yehov’ishaka

Yezu yayigiriye

Muri we ryararurumba;

Eka ryaragwiriye.

Yabwiy’abant’agakiza;

’Kuri yababariye.

Ku bw’izina rya se wiwe

’Shaka ryaramuriye.

2. Za ntumwa na ba bigishwa

Ishaka baragize.

Kugwira kwarahabaye;

N’impwemu yabigize!

Ntaho baretse kwigisha,

Bagenda ku nzu n’inzu.

Hose bigish’agakiza,

Bigana Kristu Yezu.

3. Ubu turabon’abantu

Bafis’ishaka ryiza.

Agatima bakorana

Mw’isi nta kikabuza.

Batumwa na Yehova, we

Bakorera bitanga.

Baj’imbere mu gikorwa,

Kw’ishaka ntibaringa.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika