ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • fl rup. 1-3
  • Umutwe mukuru/Abagisohoye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Umutwe mukuru/Abagisohoye
  • Ico Wogira ngo Umubano wo mu Rugo Ubemwo Agahimbare
Ico Wogira ngo Umubano wo mu Rugo Ubemwo Agahimbare
fl rup. 1-3

Umutwe mukuru/Abagisohoye

Ico Wogira ngo Umubano wo mu Rugo Ubemwo Agahimbare

Urugo rubamwo abashize hamwe kandi bahimbawe, vy’ukuri ruratera igomwe. Mugabo muri iki gihe, umubano wo mu rugo urashikirwa n’ingorane zikomeye. Mu bihugu bimwe bimwe, hari n’ababaza bati “ubwo birashoboka ko ingo zizogumaho?” Iki gitabu candikiwe kwerekana ko hariho impamvu nyinshi zotuma twizigira gutunganirwa mu vy’ukubana mu rugo. Uwugisomye kiramwereka ahantu h’agaheta yokura impanuro n’ubuyobozi mu vy’ugutorera umuti ingorane zo mu rugo. Turizigiye rwose ko na co nyene kizobafasha mukagira agahimbare mu rugo rwanyu.

—Abagisohoye

IBIMENYESHEJWE: Amajambo y’Ivyanditswe vya Bibiliya yakoreshejwe muri iki gitabu, ni ayo muri imwe bita Bibiliya Yera, kiretse aho twavyerekanye ukundi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika