Intangamarara
Guheba ibintu bibi ukimenyereza vyiza bifata igihe. Ariko none ubona vyoba bihambaye?
Bibiliya ivuga iti:
“Iherezo ry’ikintu mu nyuma, riraruta intango yaco.”—Umusiguzi 7:8.
Ibi biganiro birerekana impanuro Bibiliya itanga zofasha umuntu kwimenyereza ibintu vyiza kandi bikamugirira akamaro.