Raba ibindi kuri internet
IBIGANIRO
Igihe uganira n’uwo mwubakanye, woba wama wumva umengo uriko ugendagenda ahantu hateze amamine, ku buryo utinya yuko ico wovuga cose cohava cadukamwo ibihari bikaze? Nimba ari ukwo biri, iki kiganiro cobafasha.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABUBATSE BE N’ABAVYEYI)
AMAVIDEWO
Kubera iki ari ikintu cumvikana kwemera ko twaremwe?
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA)