Ibirimwo
No. 1 2016
© 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
Uko umuntu abona ibintu vyoba bishobora kumufasha kwihanganira ingorane?
Wobivugako iki?
Ego
Oya
Bivana
Bibiliya ivuga iti: “Woba wacitse intege ku musi w’amarushwa? Inkomezi zawe zizoba nke.”—Imigani 24:10.
3 IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Rema ntiwihebure!
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
7 Woba uzi Ivyabona vya Yehova?
RABA IBINDI KURI INTERNET
IBIGANIRO
Hari aho wotangara ubonye inyishu Bibiliya itanga.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA)
AMAVIDEWO
Raba utuvidewo twerekana ivyo abakiri bato bavuga ku bijanye n’ingorane zibashikira mu buzima.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA)