Ibirimwo
Ntwarante 2015
© 2015 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Imana yoba ibaho? Kubimenya vyokumarira iki?
URUPAPURO 3-6
12 Akayaga n’akazuba vyoba vyica imigera?
RABA IBINDI KURI INTERNET
IMIYABAGA
Raba iyo videwo, wumve ivyo abakiri bato bavuga ku bijanye n’ukwoshwa ngo uje mu buhumbu be n’ingene wokwikingira.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA)
ABANA
Niwereke abana bawe utuvidewo turyoshe kandi twigisha, nk’akavuga ngo Nupange neza ibintu vyawe.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA)