Ibirimwo
Rusama 2013
© 2013 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO: Niwikingire ubugizi bwa nabi! 6-9
RABA IBINDI KU MUHORA WO KURI INTERNET
IMIYABAGA
URWARUKA RURIBAZA . . .
Nobigenza gute mfise ingorane y’amagara? (Igice ca 1)
Umwigeme yitwa Yeimy avuga ati: “Igihe nari mfise imyaka 11, naratanguye kugendera ku gakinga k’ibimuga. Ubu sinshobora gukora udukorwa dusanzwe nko guterura ibintu, naho vyoba biremurutse.” Nusome ukuntu Yeimy hamwe n’abandi bakiri bato batatu bafise ingorane z’amagara zitoroshe bavyifatamwo.
(Raba ahavuga ngo LA BIBLE ET VOUS/ADOLESCENTS)
ABANA
Soma izi nkuru zo muri Bibiliya zerekanywe mu mashusho. Nukoreshe ayo mashusho mu gufasha abana bawe kurushiriza kumenya abantu bavugwa muri Bibiliya be n’ingingo ngenderwako zigenga inyifato runtu.
(Raba ahavuga ngo LA BIBLE ET VOUS/ENFANTS)